(Download) "Niwuzure Mpwemu Yera" by Zacharias Tanee Fomum # Book PDF Kindle ePub Free

eBook details
- Title: Niwuzure Mpwemu Yera
- Author : Zacharias Tanee Fomum
- Release Date : January 05, 2017
- Genre: Christianity,Books,Religion & Spirituality,
- Pages : * pages
- Size : 211 KB
Description
Igikenewe gusumba ibindi iyi saha, nâuko umuntu wese yakijijwe ikiyaga câumuriro biciye mu maraso yasheshwe nâUmwami Yesu ku musaraba, yuzura Mpwemu Yera. Ubugombe bushitse bwâUmwami nâuko uwizera wese yuzura Mpwemu Yera kandi akuzura ubushobozi. Bibiliya ivuga iti:
âNâuko ntimube ibipfu, ariko mutahure ivyâUmwami wacu agomba ivyo ari vyo. Kandi ntimukaborerwe vino, irimwâubuhumbu; ariko mwuzure Mpwemuâ (Abanyefeso 5;17-18).
Umwami ashaka kwuzuza abana biwe Mpwemu Yera nâUbushobozi Bwiwe. Arindiranye igishika kubikora. Naho yipfuza cane kubikora, ashobora kwuzuza abagaragara bonyene. Abuzuye icaha, kameremere, urukundo rwâisi canke urukundo rwâibintu biri mwâisi, ntibashobora kwuzura Mpwemu Yera, kuko bamaze kuba buzuye ikintu kibi canke ibintu bibi.
Raba aha hepfo uburyo indwi umutima ushobora kumera . Uruhande rusize irangi rushushanije ibintu bitegerezwa kurandurwa mu mutima imbere yâuko Umwami ashobora kwuzuza umutima. Abantu bamwe bafise mu mutima wabo ibintu vyinshi bibabuza kwuzura Mpwemu Yera, abandi nabo bafise bike. Ariko, Umwami ntashobora kwuzuza umutima Mpwemu Yera mu buryo bwâumusesekara, kiretse mu gihe ikintu cose cuzuye umutima camaze gukurwaho.
Free PDF Download "Niwuzure Mpwemu Yera" Online ePub Kindle
- (Download) "Pray & Grow Richer Devotional Journal" by Shirley K. Clark # Book PDF Kindle ePub Free
- [DOWNLOAD] "Pray Confidently and Consistently" by Valerie Woerner " eBook PDF Kindle ePub Free
- (DOWNLOAD) "NIVAC Bundle 3: Wisdom Books" by John H. Walton, Gerald H. Wilson, Paul Koptak & Iain Provan # eBook PDF Kindle ePub Free